Info Lettre

Covid-19: Besoin d’assistance?

Bavandimwe, 

Amashirahamwe Alliance des Burundais du Canada (ABC) na Burundi We Want (BWW) bishize hamwe muribi bihe bigoye kugira bafashe benewacu.

Ni haba hari abantu babahumure (abari muzabukuru, abafise ubumuga, abafise abana bato bibana) bafise ikibazo ca déplacement, vyaba mukugura imiti canke infungugwa, mwandikire umwe muraba bantu:

  1. Justine Nkurunziza: (613) 302-0729
  2. Camille Kamanzi: (613) 606-3260
  3. Lyse-Pascale Inamuco: (613) 407-7795

Murakoze
***
Chers compatriotes,

L’Alliance des Burundais du Canada (ABC) et Burundi We Want (BWW) lancent un projet commun de solidarité pour assister notre communauté burundaise dans ces moments difficiles.

S’il y a parmi nous des personnes qui ont besoin d’assistance (les aînés, les personnes vivant avec un handicap, les familles mono parentales avec enfants en bas âge) dans leurs déplacements afin d’aller chercher des médicaments ou de la nourriture, veuillez contacter une des personnes suivantes :

  1. Justine Nkurunziza: (613) 302-0729
  2. Camille Kamanzi: (613) 606-3260
  3. Lyse-Pascale Inamuco: (613) 407-7795

Merci